Zaburi 94:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Igihe ivyiyumviro vyanje bidurumbanya vyaba vyinshi muri jewe+,Ivyo wiruza vyaciye bitangura gukuyakuya umutima wanje+. Abaroma 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko ivyanditswe kera vyose vyanditswe+ kugira bitwigishe+, kugira ngo biciye ku kwihangana+ kwacu no ku ruhoza+ ruva mu Vyanditswe tugire icizigiro+.
19 Igihe ivyiyumviro vyanje bidurumbanya vyaba vyinshi muri jewe+,Ivyo wiruza vyaciye bitangura gukuyakuya umutima wanje+.
4 Kuko ivyanditswe kera vyose vyanditswe+ kugira bitwigishe+, kugira ngo biciye ku kwihangana+ kwacu no ku ruhoza+ ruva mu Vyanditswe tugire icizigiro+.