ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 16:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Maze abwira Kora n’ikoraniro ryiwe ryose ati: “Mu gitondo Yehova azomenyesha uwumwegukira uwo ari we+ n’uwuri mweranda+ n’uwutegerezwa kwegera hafi yiwe+, kandi uwo azotora+ wese ni we azokwegera hafi yiwe.

  • Gusubira mu vyagezwe 1:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 ‘Nta n’umwe muri aba bagabo b’iri yaruka ribi azogenda abonye ca gihugu ciza narahira ko nzoha ba so+,

  • Gusubira mu vyagezwe 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Amaso yanyu bwite yariboneye ivyo Yehova yakoze ku bijanye na Bayali y’i Peyori+, yuko umuntu wese yagendeye inyuma ya Bayali y’i Peyori ari we Yehova Imana yawe yazimanganije hagati muri wewe+.

  • Zaburi 36:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Ubugororotsi bwawe ni nk’imisozi y’Imana+;

      Ingingo yawe y’ubutungane ni inyenga y’amazi nini amahanga+.

      Umuntu n’igikoko urakiza, ewe Yehova+!

  • Zaburi 105:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Nimwibuke ibikorwa vyiwe vy’agatangaza yaranguye+,

      Ibitangaro vyiwe n’ingingo z’ubutungane z’akanwa kiwe+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika