Ezira 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Inyuma y’ivyadushikiye vyose kubera ibikorwa bibi vyacu+ n’ukwagirwa n’icaha kwacu gukomeye—kuko wewe, ewe Mana yacu, utatugiriye ibihuye n’ikosa ryacu+, ukaba uduhaye abacitse kw’icumu nk’aba+— Zaburi 119:158 Bibiliya y’isi nshasha 158 Narabonye abantu b’ibihemu+,Kandi ndashishwa koko, kuko batagumije ijambo ryawe+. Zaburi 139:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mbega sinanka abakwanka urunuka ga Yehova+?Mbega sinshishwa n’abakugarariza+?
13 Inyuma y’ivyadushikiye vyose kubera ibikorwa bibi vyacu+ n’ukwagirwa n’icaha kwacu gukomeye—kuko wewe, ewe Mana yacu, utatugiriye ibihuye n’ikosa ryacu+, ukaba uduhaye abacitse kw’icumu nk’aba+—