Zaburi 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Bizitije ikinure cabo+;Bavuganye ubwibone n’akanwa kabo+; Yesaya 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umutima w’aba bantu nuwudadaze+, amatwi yabo uyakomantaze+, umatanye amaso yabo, kugira ntibaboneshe amaso yabo, n’amatwi yabo ntibayumvishe, no kugira ngo umutima wabo ntutegere, no kugira ntibahindukire koko ngo bakizwe+.” Ivyakozwe 28:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko umutima w’aba bantu udadaraye, kandi bumvishije amatwi yabo ntihagira ico bakora, kandi bihumye amaso; kugira ngo ntibigere babonesha amaso yabo, ngo bumvishe n’amatwi yabo, baheze bategere bakoresheje umutima wabo, ngo bahindukire, ndabakize+.”’
10 Bizitije ikinure cabo+;Bavuganye ubwibone n’akanwa kabo+; Yesaya 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umutima w’aba bantu nuwudadaze+, amatwi yabo uyakomantaze+, umatanye amaso yabo, kugira ntibaboneshe amaso yabo, n’amatwi yabo ntibayumvishe, no kugira ngo umutima wabo ntutegere, no kugira ntibahindukire koko ngo bakizwe+.” Ivyakozwe 28:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko umutima w’aba bantu udadaraye, kandi bumvishije amatwi yabo ntihagira ico bakora, kandi bihumye amaso; kugira ngo ntibigere babonesha amaso yabo, ngo bumvishe n’amatwi yabo, baheze bategere bakoresheje umutima wabo, ngo bahindukire, ndabakize+.”’
10 Umutima w’aba bantu nuwudadaze+, amatwi yabo uyakomantaze+, umatanye amaso yabo, kugira ntibaboneshe amaso yabo, n’amatwi yabo ntibayumvishe, no kugira ngo umutima wabo ntutegere, no kugira ntibahindukire koko ngo bakizwe+.”
27 Kuko umutima w’aba bantu udadaraye, kandi bumvishije amatwi yabo ntihagira ico bakora, kandi bihumye amaso; kugira ngo ntibigere babonesha amaso yabo, ngo bumvishe n’amatwi yabo, baheze bategere bakoresheje umutima wabo, ngo bahindukire, ndabakize+.”’