Gusubira mu vyagezwe 32:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Aho Yeshuruni*+ atanguriye kudoha, ni ho yaciye atera imigere+.Waradoshe, warakakamye, waradigamwe+.Yaciye aheba Imana, ari yo yamuremye+Asuzugura Igitandara+ c’ubukiriro bwiwe. Zaburi 119:70 Bibiliya y’isi nshasha 70 Umutima wabo waratimvye nk’ikinure+.Nayo jewe, itegeko ryawe ndarikunda cane+. Ezekiyeli 16:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Raba! Ikosa rya Sodomu mwene wanyu ryari iri: Ubwishime+, ukugira umukate uhagije+ be n’ukutagira ico yinona+ kubera ukuguma atekanye, ni vyo vyamuranga, we hamwe n’ibisagara bimukukira+, kandi ntiyakomeza ukuboko kw’umurushwa+ be n’ukw’umworo+.
15 Aho Yeshuruni*+ atanguriye kudoha, ni ho yaciye atera imigere+.Waradoshe, warakakamye, waradigamwe+.Yaciye aheba Imana, ari yo yamuremye+Asuzugura Igitandara+ c’ubukiriro bwiwe.
49 Raba! Ikosa rya Sodomu mwene wanyu ryari iri: Ubwishime+, ukugira umukate uhagije+ be n’ukutagira ico yinona+ kubera ukuguma atekanye, ni vyo vyamuranga, we hamwe n’ibisagara bimukukira+, kandi ntiyakomeza ukuboko kw’umurushwa+ be n’ukw’umworo+.