Ezekiyeli 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 agafata nabi umurushwa n’umworo+, akanyaga ibintu ku bwambuzi+, ntasubize icafashwe bwa ngwati+, akararamurira amaso yiwe ku bigirwamana vy’umwanda+: uwo yakoze ikintu giteye ishishi+.
12 agafata nabi umurushwa n’umworo+, akanyaga ibintu ku bwambuzi+, ntasubize icafashwe bwa ngwati+, akararamurira amaso yiwe ku bigirwamana vy’umwanda+: uwo yakoze ikintu giteye ishishi+.