Itanguriro 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Loti yunamura amaso maze abona Intara ya Yorodani+ yose gushika i Zowari+, yuko yose yari akarere kavomerewe neza (aho hakaba hari imbere y’uko Yehova ahonya Sodomu na Gomora), nka wa murima wa Yehova+, nk’igihugu ca Misiri. Gusubira mu vyagezwe 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Niwamara kurya ugahaga+, uze uhezagire+ rero Yehova Imana yawe ku bwa nya gihugu ciza yaguhaye+. Gusubira mu vyagezwe 32:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Aho Yeshuruni*+ atanguriye kudoha, ni ho yaciye atera imigere+.Waradoshe, warakakamye, waradigamwe+.Yaciye aheba Imana, ari yo yamuremye+Asuzugura Igitandara+ c’ubukiriro bwiwe. Imigani 30:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 simpave mpaga hanyuma nkakwihakana vy’ukuri+, nkavuga ngo: “Yehova ni nde+?”, simpave kandi nja mu bworo hanyuma nkiba vy’ukuri, nkagaba igitero kw’izina ry’Imana yanje+. Luka 12:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ukwo ni ko bigenda ku muntu yirundaniriza ubutunzi, mugabo atari umutunzi ku Mana+.”
10 Nuko Loti yunamura amaso maze abona Intara ya Yorodani+ yose gushika i Zowari+, yuko yose yari akarere kavomerewe neza (aho hakaba hari imbere y’uko Yehova ahonya Sodomu na Gomora), nka wa murima wa Yehova+, nk’igihugu ca Misiri.
15 Aho Yeshuruni*+ atanguriye kudoha, ni ho yaciye atera imigere+.Waradoshe, warakakamye, waradigamwe+.Yaciye aheba Imana, ari yo yamuremye+Asuzugura Igitandara+ c’ubukiriro bwiwe.
9 simpave mpaga hanyuma nkakwihakana vy’ukuri+, nkavuga ngo: “Yehova ni nde+?”, simpave kandi nja mu bworo hanyuma nkiba vy’ukuri, nkagaba igitero kw’izina ry’Imana yanje+.