1 Ngoma 22:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Gusa, Yehova aguhe ukwiyubara n’ugutegera+, kandi aguhe ibwirizwa ku vyerekeye Isirayeli, egome, kugira ngo ugumye itegeko rya Yehova Imana yawe+. Yobu 32:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ni ukuri ni impwemu yo mu bantu buntuKandi ni impemu za Mushoboravyose zibaha ugutegera+. Zaburi 119:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nutume ngendera mu munyuro w’amabwirizwa yawe+,Kuko nahimbawe na wo+. Umusiguzi 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Insozero y’ibintu, inyuma yo kwumva ibintu vyose, ni iyi: Tinya Imana y’ukuri+ kandi ugumye amabwirizwa yayo+. Kuko ivyo umuntu ategerezwa vyose ari ivyo.
12 Gusa, Yehova aguhe ukwiyubara n’ugutegera+, kandi aguhe ibwirizwa ku vyerekeye Isirayeli, egome, kugira ngo ugumye itegeko rya Yehova Imana yawe+.
13 Insozero y’ibintu, inyuma yo kwumva ibintu vyose, ni iyi: Tinya Imana y’ukuri+ kandi ugumye amabwirizwa yayo+. Kuko ivyo umuntu ategerezwa vyose ari ivyo.