Zaburi 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Haguruka, Yehova we, mw’ishavu ryawe+;Vira hasi ugupfunduka kw’uburake bw’abanyanka+,Wikangure ku bwanje+, kuko watanze itegeko ku bw’urubanza+. Luka 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu vy’ukuri none, Imana ntizotuma ubutungane+ bushitswa ku bw’abatowe bayo, basemerera bayitakambira umurango n’ijoro, naho yiyumanganya+ ku biberekeye? Ivyahishuwe 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze basemerera n’ijwi rirenga, bavuga bati: “Uzogeza ryari ga Mukama Segaba+ mweranda kandi w’ukuri+, kureka guca urubanza+ no guhora amaraso+ yacu ababa kw’isi?”
6 Haguruka, Yehova we, mw’ishavu ryawe+;Vira hasi ugupfunduka kw’uburake bw’abanyanka+,Wikangure ku bwanje+, kuko watanze itegeko ku bw’urubanza+.
7 Mu vy’ukuri none, Imana ntizotuma ubutungane+ bushitswa ku bw’abatowe bayo, basemerera bayitakambira umurango n’ijoro, naho yiyumanganya+ ku biberekeye?
10 Maze basemerera n’ijwi rirenga, bavuga bati: “Uzogeza ryari ga Mukama Segaba+ mweranda kandi w’ukuri+, kureka guca urubanza+ no guhora amaraso+ yacu ababa kw’isi?”