ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 14:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kandi ugereranije na Abusalomu, nta mugabo yari mwiza+ nka we muri Isirayeli yose ku buryo ashemezwa cane ukuraho. Kuva mu bworo bw’ikirenge ciwe gushika mu rutwariro, nta gahonzi yari afise.

  • 2 Samweli 18:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Yowabu aca avuga ati: “Nta co nirirwa ndata umwanya imbere yawe!” Aca afata uducumu dutatu mu kiganza ciwe, aducumita+ mu mutima wa Abusalomu akiri muzima hagati+ muri ca giti kinini.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika