Imigani 21:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nayo umuntu yangara agata inzira y’ugutahura kwimbitse+ azoruhukira mw’ishengero rya barya ata co bashoboye mu rupfu+. Matayo 11:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Muri uwo mwanya Yezu aca avuga ati: “Ndagushemeza icese, Data, Mukama w’ijuru n’isi, kuko ivyo wabihishije inkerebutsi n’incabwenge, ukabihishurira inzoya+. Matayo 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Arishura ati: “Mwebwe mwarahawe gutegera amabanga meranda+ y’ubwami bwo mw’ijuru, mugabo bobo ntibabihawe+. Luka 2:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Nuko, inyuma y’imisi itatu bamusanga mu rusengero+, yicaye hagati y’abigisha, abumviriza yongera ababaza ibibazo. 2 Timoteyo 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 be n’uko guhera mu buhinja+ wamenye ivyanditswe vyeranda, ibishobora kukugira inkerebutsi ku bw’ubukiriro+ biciye ku kwizera kujanye na Kristu Yezu+.
16 Nayo umuntu yangara agata inzira y’ugutahura kwimbitse+ azoruhukira mw’ishengero rya barya ata co bashoboye mu rupfu+.
25 Muri uwo mwanya Yezu aca avuga ati: “Ndagushemeza icese, Data, Mukama w’ijuru n’isi, kuko ivyo wabihishije inkerebutsi n’incabwenge, ukabihishurira inzoya+.
11 Arishura ati: “Mwebwe mwarahawe gutegera amabanga meranda+ y’ubwami bwo mw’ijuru, mugabo bobo ntibabihawe+.
46 Nuko, inyuma y’imisi itatu bamusanga mu rusengero+, yicaye hagati y’abigisha, abumviriza yongera ababaza ibibazo.
15 be n’uko guhera mu buhinja+ wamenye ivyanditswe vyeranda, ibishobora kukugira inkerebutsi ku bw’ubukiriro+ biciye ku kwizera kujanye na Kristu Yezu+.