2 Ngoma 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Numpe rero ubukerebutsi n’ubumenyi+ kugira ngo nyobore aba bantu neza+; nakare, ni nde yoshobora gucira imanza aba bantu bawe n’ingene ari benshi+?” Zaburi 119:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nuntahuze, kugira nubahirize itegeko ryawe+No kugira ndarigumye n’umutima wanje wose+. 2 Timoteyo 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ugume uzirikana ku vyo mvuga; Umukama azoguha vy’ukuri ugutahura+ muri vyose. Yakobo 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimba rero hari uwo muri mwebwe ahajije mu bukerebutsi+, nagume abusaba Imana+, kuko itanga cane kuri bose ata gutera imirarwe+; kandi azobuhabwa+.
10 Numpe rero ubukerebutsi n’ubumenyi+ kugira ngo nyobore aba bantu neza+; nakare, ni nde yoshobora gucira imanza aba bantu bawe n’ingene ari benshi+?”
5 Nimba rero hari uwo muri mwebwe ahajije mu bukerebutsi+, nagume abusaba Imana+, kuko itanga cane kuri bose ata gutera imirarwe+; kandi azobuhabwa+.