ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 5:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Ewe Yehova, mu gitondo uzokwumva ijwi ryanje+;

      Mu gitondo nzokwitura, ngume ngavye+.

  • Zaburi 88:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ariko wewe, ewe Yehova, ni wewe natabaje+,

      Kandi mu gitondo isengesho ryanje riguma imbere yawe+.

  • Mariko 1:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Mu gatondo ka kare, hakiri mu kajoro, aravyuka aja hanze, hanyuma aja mu gahinga+, maze ari ng’aho atangura gusenga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika