Zaburi 101:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nta wukora ivy’amayeri azoba mu nzu yanje+.Nayo uwo wese avuga ibinyoma, ntazoshimangirwa+Imbere y’amaso yanje+. Zaburi 119:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nunkureko inzira y’ikinyoma+,Untoneshe ukoresheje itegeko ryawe+. Abanyefeso 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ku bw’ivyo, ubu ko mwiyambuye ibinyoma+, umwe wese muri mwebwe navugane ukuri na mugenziwe+, kuko turi ibihimba vya bagenzi bacu+.
7 Nta wukora ivy’amayeri azoba mu nzu yanje+.Nayo uwo wese avuga ibinyoma, ntazoshimangirwa+Imbere y’amaso yanje+.
25 Ku bw’ivyo, ubu ko mwiyambuye ibinyoma+, umwe wese muri mwebwe navugane ukuri na mugenziwe+, kuko turi ibihimba vya bagenzi bacu+.