Zaburi 119:104 Bibiliya y’isi nshasha 104 Ndabikesheje amateka yawe, nkorana ugutegera+.Ni co gituma nanse umunyuro w’ikinyoma wose+. Zaburi 141:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ntuhengekere umutima wanje ku kintu kibi na kimwe+,Ngo nkore ibikorwa vy’agaterasoni mu bubisha+Kumwe n’abantu bamenyereye gukora ibibabaza+,Kugira sindye ku bifungurwa binovereye vyabo+. Imigani 30:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ububeshi be n’ijambo ry’ikinyoma ubinshire kure+. Ntumpe ubworo, ntumpe n’ubutunzi+. Reka ndyane akayabagu ibifungurwa ngenewe+, Abanyefeso 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ku bw’ivyo, ubu ko mwiyambuye ibinyoma+, umwe wese muri mwebwe navugane ukuri na mugenziwe+, kuko turi ibihimba vya bagenzi bacu+.
4 Ntuhengekere umutima wanje ku kintu kibi na kimwe+,Ngo nkore ibikorwa vy’agaterasoni mu bubisha+Kumwe n’abantu bamenyereye gukora ibibabaza+,Kugira sindye ku bifungurwa binovereye vyabo+.
8 Ububeshi be n’ijambo ry’ikinyoma ubinshire kure+. Ntumpe ubworo, ntumpe n’ubutunzi+. Reka ndyane akayabagu ibifungurwa ngenewe+,
25 Ku bw’ivyo, ubu ko mwiyambuye ibinyoma+, umwe wese muri mwebwe navugane ukuri na mugenziwe+, kuko turi ibihimba vya bagenzi bacu+.