18 Nuko impwemu+ itwikira Amasayi umukuru wa bamwe mirongo itatu, avuga ati:
“Turi abawe, ewe Dawidi, kandi turi kumwe nawe+, ewe mwene Yese.
Amahoro, amahoro abe kuri wewe, kandi amahoro abe ku wugutabara,
Kuko Imana yawe yagutabaye+.”
Nuko Dawidi arabakira maze abashira mu bakuru b’abasirikare+.