ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 103:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Mugabo ubuntu bwuzuye urukundo bwa Yehova ni ubwo kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero+

      Ku bamutinya+,

      Ubugororotsi bwiwe na bwo bugashika ku bana b’abana babo+,

  • Zaburi 112:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 112 Shemeze Ya+!

      א [ʼAlefu]

      Hahiriwe umuntu atinya Yehova+,

      ב [Beti]

      Yahimbawe cane+ n’amabwirizwa yiwe+.

  • Zaburi 115:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Yehova azohezagira abamutinya+,

      Abato n’abahambaye+.

  • Zaburi 147:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Yehova ahimbarwa na barya bamutinya+,

      Barya barindiriye ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+.

  • Luka 1:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 kubera ko yitegereje ubufafara bw’umushumbakazi wiwe+. Kuko, ehe kuva ubu amayaruka yose azonyita umuhirwe+;

  • Abaheburayo 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mu misi y’umubiri wiwe Kristu yashikaniye ugutakamba n’ugusaba+ Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu, hariko n’amaborogo akomeye+ be n’amosozi, kandi yarumviwe ku bw’ugutinya Imana kwiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika