Kuvayo 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Reka igikorwa kiremere abo bagabo, bagikore, ntibahe amatwi amajambo y’ibinyoma+.” 1 Samweli 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ico gihe nta mucuzi yaboneka mu gihugu cose ca Isirayeli, kuko Abafilisitiya bari baravuze bati: “Kugira ngo Abaheburayo ntibahingure inkota canke icumu+.”
19 Ico gihe nta mucuzi yaboneka mu gihugu cose ca Isirayeli, kuko Abafilisitiya bari baravuze bati: “Kugira ngo Abaheburayo ntibahingure inkota canke icumu+.”