Esiteri 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Baca bamanika Hamani kuri nya giti+ yari yateguriye Morudekayi+; ubushangashirwe bw’umwami bubona guhwama. Zaburi 94:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi izobasubizako ibibabaza vyabo+,Ibanumye ikoresheje ivyago ubwabo bategura+.Yehova Imana yacu azobanumya+. Imigani 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umuntu mubi afatwa n’umutego w’ukugabitanya kw’iminwa+, mugabo umugororotsi arava mu marushwa+. Imigani 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Akanwa k’ikijuju ni ko gatikizo kaco+, kandi iminwa yaco ibera umutego ubuzima bwaco+.
10 Baca bamanika Hamani kuri nya giti+ yari yateguriye Morudekayi+; ubushangashirwe bw’umwami bubona guhwama.
23 Kandi izobasubizako ibibabaza vyabo+,Ibanumye ikoresheje ivyago ubwabo bategura+.Yehova Imana yacu azobanumya+.