2 Samweli 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ariko Dawidi yishura Rekabu na Bayana mwene wabo, bene Rimoni Umunyabeyeroti, ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+ we yacunguye+ ubuzima bwanje+ akabukura mu marushwa yose+, Matayo 12:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 kuko amajambo yawe ari yo azotuma witwa umugororotsi, kandi amajambo yawe ni yo azogutsindisha+.” 2 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,
9 Ariko Dawidi yishura Rekabu na Bayana mwene wabo, bene Rimoni Umunyabeyeroti, ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+ we yacunguye+ ubuzima bwanje+ akabukura mu marushwa yose+,
9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,