Imigani 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uwurinda akanwa kiwe aba ariko azigama ubuzima bwiwe+. Uwutaburura iminwa yiwe, emwe, uwo azohura n’agatikizo+. Luka 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Amubwira ati: ‘Ngucira urubanza ku bivuye mu kanwa kawe bwite+, wa mushumba mubi we! Wari uzi rero yuko ndi umuntu akara, ntora ivyo ntabikije, ngashwabura ivyo ntabivye+?
3 Uwurinda akanwa kiwe aba ariko azigama ubuzima bwiwe+. Uwutaburura iminwa yiwe, emwe, uwo azohura n’agatikizo+.
22 Amubwira ati: ‘Ngucira urubanza ku bivuye mu kanwa kawe bwite+, wa mushumba mubi we! Wari uzi rero yuko ndi umuntu akara, ntora ivyo ntabikije, ngashwabura ivyo ntabivye+?