Zaburi 39:1 Bibiliya y’isi nshasha 39 Navuze nti: “Nzorinda inzira zanje+Ngo sincumure n’ururimi rwanje+.Nzoshiraho ikirumyo kirinda umunwa wanje+,Igihe cose umubisha azoba ari imbere yanje+.” Zaburi 141:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ewe Yehova, nushirireho umurinzi akanwa kanje+;Nushire umucunzi ku muryango w’iminwa yanje+. Imigani 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Uwugumya akanwa kiwe n’ururimi rwiwe aba arinze ubuzima bwiwe amarushwa+.
39 Navuze nti: “Nzorinda inzira zanje+Ngo sincumure n’ururimi rwanje+.Nzoshiraho ikirumyo kirinda umunwa wanje+,Igihe cose umubisha azoba ari imbere yanje+.”