1 Samweli 24:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yehova naducire urubanza twe nawe+; kandi Yehova ntazobura kumpora+ akabikubaza, ariko ukuboko kwanje ntikuzogukorako+. 1 Samweli 26:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Sauli aca abwira Dawidi ati: “Uragahezagirwa, mwananje Dawidi. Emwe, uzokora ibintu bikomeye kandi uzotahukana intsinzi ata kabuza+.” Nuko Dawidi arigira; Sauli na we asubira ahantu hiwe+. 2 Samweli 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze Natani abwira Dawidi ati: “Uwo mugabo ni wewe! Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ni jewe nakwirobanurije amavuta+ ngo ube umwami wo kuganza Isirayeli, kandi ni jewe nakurokoye+ mu kuboko kwa Sauli.
12 Yehova naducire urubanza twe nawe+; kandi Yehova ntazobura kumpora+ akabikubaza, ariko ukuboko kwanje ntikuzogukorako+.
25 Sauli aca abwira Dawidi ati: “Uragahezagirwa, mwananje Dawidi. Emwe, uzokora ibintu bikomeye kandi uzotahukana intsinzi ata kabuza+.” Nuko Dawidi arigira; Sauli na we asubira ahantu hiwe+.
7 Maze Natani abwira Dawidi ati: “Uwo mugabo ni wewe! Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ni jewe nakwirobanurije amavuta+ ngo ube umwami wo kuganza Isirayeli, kandi ni jewe nakurokoye+ mu kuboko kwa Sauli.