Zaburi 140:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Abinantaje banyegeje umutego wo kuncakira+;Imigozi barashanje nk’urusenga iruhande y’umuhora+.Imitego baranteze+. Sela. Zaburi 142:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Igihe umushaha wanje+ wadendebukirwa muri jewe.Waciye umenya ibarabara ryanje+.Mu munyuro ngenderamwo+Bahanyegeje umutego wo kuncakira+. Yeremiya 18:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Akaruru nikumvikane mu mazu yabo, niwabazanako giturumbuka akagwi k’abambuzi+. Kuko bimvye icobo kugira bamfate, kandi banyegeje imitego ngo ifate ibirenge vyanje+. Luka 11:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 bamureretse+, ngo bagire ico bacakira+ kivuye mu kanwa kiwe. Luka 20:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bamaze kumwihweza bitonze, batuma abantu bemerewe ingero mu mpisho ngo bigire abagororotsi, kugira ngo bamufatire+ mu majambo, babone kumushikiriza intwaro na buramatari*+.
5 Abinantaje banyegeje umutego wo kuncakira+;Imigozi barashanje nk’urusenga iruhande y’umuhora+.Imitego baranteze+. Sela.
3 Igihe umushaha wanje+ wadendebukirwa muri jewe.Waciye umenya ibarabara ryanje+.Mu munyuro ngenderamwo+Bahanyegeje umutego wo kuncakira+.
22 Akaruru nikumvikane mu mazu yabo, niwabazanako giturumbuka akagwi k’abambuzi+. Kuko bimvye icobo kugira bamfate, kandi banyegeje imitego ngo ifate ibirenge vyanje+.
20 Bamaze kumwihweza bitonze, batuma abantu bemerewe ingero mu mpisho ngo bigire abagororotsi, kugira ngo bamufatire+ mu majambo, babone kumushikiriza intwaro na buramatari*+.