ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 16:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kuko Yehova ahambaye kandi ni uwo gushemezwa rwose+,

      Kandi akaba akwiye gutinywa kurusha izindi mana+ zose.

  • Zaburi 48:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa cane+

      Mu gisagara c’Imana yacu+, ku musozi wayo mweranda+.

  • Zaburi 96:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Kuko Yehova ahambaye+ kandi ni uwo gushemezwa rwose.

      Arateye ubwoba hejuru y’izindi mana zose+.

  • Zaburi 145:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa rwose+,

      Kandi ubukuru bwiwe ntibuserangurika+.

  • Nahumu 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Yehova ateba gushavura+ kandi afise ububasha bwinshi+; Yehova nta ho azoreka guhana+.

      Inzira yiwe iri mu muyaga utema ugatongora no mu kirura, ibicu ni vyo ntumo itumurwa n’ibirenge vyiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika