Gusubira mu vyagezwe 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Ibi rero ni vyo bwirizwa, ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane Yehova Imana yanyu yategetse kubigisha+, kugira mubishitse, mu gihugu muriko murajabuka mujamwo hariya ngo mucigarurire; Imigani 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yaranyigisha+ akambwira ati: “Umutima wawe+ nugumye rwose amajambo yanje+. Gumya amabwirizwa yanje, ubandanye kubaho+. Matayo 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abishura ati: “Kubera iki namwe muhonyanga ibwirizwa ry’Imana kubera umugenzo wanyu+?
6 “Ibi rero ni vyo bwirizwa, ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane Yehova Imana yanyu yategetse kubigisha+, kugira mubishitse, mu gihugu muriko murajabuka mujamwo hariya ngo mucigarurire;
4 Yaranyigisha+ akambwira ati: “Umutima wawe+ nugumye rwose amajambo yanje+. Gumya amabwirizwa yanje, ubandanye kubaho+.