Nehemiya 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Wamanutse ku musozi Sinayi+, uvugana na bo uri mw’ijuru+, uraheza ubaha ingingo z’ubutungane zigororotse+ n’amategeko y’ukuri+, ingingo nyobozi nziza+ n’amabwirizwa meza+.
13 Wamanutse ku musozi Sinayi+, uvugana na bo uri mw’ijuru+, uraheza ubaha ingingo z’ubutungane zigororotse+ n’amategeko y’ukuri+, ingingo nyobozi nziza+ n’amabwirizwa meza+.