Itanguriro 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Gutyo amajuru n’isi be n’ingabo zavyo zose birarangira+. Yeremiya 32:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umwe agirira ubuntu bwuzuye urukundo ibihumbi+, kandi akishura ikosa rya ba se mu gikiriza c’abahungu babo mu nyuma zabo+, wewe Mana y’ukuri, Umwe ahambaye+, Umwe w’umunyabushobozi+, Yehova nyen’ingabo+ akaba ari ryo zina ryiwe+, Yuda 14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Egome, Henoki+ umwe agira indwi guhera kuri Adamu, na we nyene yaravuze ubuhanuzi ku biberekeye, igihe yavuga ati: “Ehe! Yehova yazananye n’aberanda biwe ibihumbi mirongo+,
18 Umwe agirira ubuntu bwuzuye urukundo ibihumbi+, kandi akishura ikosa rya ba se mu gikiriza c’abahungu babo mu nyuma zabo+, wewe Mana y’ukuri, Umwe ahambaye+, Umwe w’umunyabushobozi+, Yehova nyen’ingabo+ akaba ari ryo zina ryiwe+,
14 Egome, Henoki+ umwe agira indwi guhera kuri Adamu, na we nyene yaravuze ubuhanuzi ku biberekeye, igihe yavuga ati: “Ehe! Yehova yazananye n’aberanda biwe ibihumbi mirongo+,