ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 49:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Akanwa kanje kazovuga ibintu vy’ubukerebutsi+,

      Kandi ukuzirikana kw’umutima wanje kuzoba ku bintu vy’ugutegera+.

  • Zaburi 51:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ewe Yehova, ese woteranura iyi minwa yanje+,

      Kugira ngo akanwa kanje kamenyeshe ishemezo ryawe+.

  • Zaburi 77:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Emwe, nzozirikana igikorwa cawe cose+,

      Kandi ivyo ukora ni vyo nzokwitwararika+.

  • Zaburi 143:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Nibutse imisi ya kera+;

      Nazirikanye igikorwa cawe cose+;

      Nagumye nitwararitse igikorwa c’amaboko yawe ndabikunze+.

  • Abafilipi 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ubwa nyuma, bene wacu, ivy’ukuri vyose, ibihambaye vyose, ibigororotse vyose, ibitanduye vyose+, ivyo gukundwa vyose, ibivugwa neza vyose, nimba hari ingeso nziza zose be n’ikibereye gushimagizwa cose, bibe ari vyo mubandanya kwiyumvira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika