2 Ngoma 6:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 None rero nuhaguruke+, ewe Yehova Mana, kugira ngo winjire mu karuhuko kawe+, wewe n’Isandugu y’inkomezi zawe+. Abaherezi bawe, ewe Yehova Mana, nibambare ubukiriro, kandi intahemuka zawe zinezererwe ineza+. Zaburi 31:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ewe kuntu ukumera neza kwawe ari kwinshi+, ukwo wabikiye muri ntibate abagutinya+,Ukwo wagiriye abahungira muri wewe,Imbere y’abana b’abantu+.
41 None rero nuhaguruke+, ewe Yehova Mana, kugira ngo winjire mu karuhuko kawe+, wewe n’Isandugu y’inkomezi zawe+. Abaherezi bawe, ewe Yehova Mana, nibambare ubukiriro, kandi intahemuka zawe zinezererwe ineza+.
19 Ewe kuntu ukumera neza kwawe ari kwinshi+, ukwo wabikiye muri ntibate abagutinya+,Ukwo wagiriye abahungira muri wewe,Imbere y’abana b’abantu+.