Yosuwa 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ibirenge vy’abaherezi bareruye isandugu ya Yehova Umukama w’isi yose nivyaba bigihonyora mu mazi ya Yorodani, amazi ya Yorodani azocibwamwo kubiri, amazi amanuka ava ruguru, kandi azohagarara abe urugomero+ rumwe.” 1 Samweli 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bamaze kujanayo iyo sandugu, ukuboko kwa Yehova+ kuba kuri ico gisagara, haba umuvurungano ukomeye cane, maze atangura gukubita abantu bo muri ico gisagara, kuva ku muto gushika ku wuhambaye, batangura guturika ibivyimba+.
13 Ibirenge vy’abaherezi bareruye isandugu ya Yehova Umukama w’isi yose nivyaba bigihonyora mu mazi ya Yorodani, amazi ya Yorodani azocibwamwo kubiri, amazi amanuka ava ruguru, kandi azohagarara abe urugomero+ rumwe.”
9 Bamaze kujanayo iyo sandugu, ukuboko kwa Yehova+ kuba kuri ico gisagara, haba umuvurungano ukomeye cane, maze atangura gukubita abantu bo muri ico gisagara, kuva ku muto gushika ku wuhambaye, batangura guturika ibivyimba+.