2 Samweli 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nzobana nawe aho uzoja hose+, kandi nzorandura abansi bawe bose imbere yawe+; kandi ata gukeka nzoguha kugira izina rihambaye+, nk’izina ry’abahambaye bari mw’isi. Abaheburayo 8:1 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ku vyo turiko turaganira rero, iciyumviro nyamukuru ng’iki: Dufise umuherezi mukuru+ mwene uyo, kandi yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami ya Nyenubukuru mw’ijuru+,
9 Nzobana nawe aho uzoja hose+, kandi nzorandura abansi bawe bose imbere yawe+; kandi ata gukeka nzoguha kugira izina rihambaye+, nk’izina ry’abahambaye bari mw’isi.
8 Ku vyo turiko turaganira rero, iciyumviro nyamukuru ng’iki: Dufise umuherezi mukuru+ mwene uyo, kandi yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami ya Nyenubukuru mw’ijuru+,