ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zakariya 6:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ni we azokwubaka urusengero rwa Yehova, kandi azogira iteka+; azokwicara koko ku ntebe yiwe y’ubwami aganze, kandi azobera umuherezi ku ntebe y’ubwami yiwe+; inama y’amahoro+ izoba hagati y’ayo mabanga yompi.

  • Abaheburayo 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nuko rero, bene wacu beranda basangiye uguhamagarirwa ijuru+, muzirikane ya ntumwa+ akaba n’umuherezi mukuru twemera icese+, ari we Yezu.

  • Abaheburayo 7:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Kuko umuherezi mukuru nk’uwo ari we yari atubereye+, uwuri intahemuka+, inziraburyarya+, uwudahumanye+, uwutandukanijwe n’abacumuzi+, kandi yacitse uwuri hejuru kuruta amajuru+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika