ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 8:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Vyongeye, abo yagenye imbere y’igihe+ ni na bo yahamagaye+; kandi abo yahamagaye ni na bo yise abagororotsi+. Amaherezo abo yise abagororotsi ni na bo yaninahaje+.

  • 1 Abakorinto 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Imana ni inyizigirwa+, ari na yo yabahamagariye gusangira+ n’Umwana wayo Yezu Kristu Umukama wacu.

  • Abafilipi 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 ndashishikara urugendo rwanje ngana kw’ihangiro+ ngo ndonke agashimwe+ k’ihamagarwa ryo kuduga+ twahamagawe n’Imana biciye kuri Kristu Yezu.

  • 1 Abatesalonika 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 kugira ngo mubandanye kugenda+ nk’uko bibereye Imana ibahamagarira+ ubwami+ bwayo n’ubuninahazwa bwayo.

  • 2 Timoteyo 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yaradukijije+ yongera iduhamagaza ihamagara ryeranda+, bitavanye n’ibikorwa vyacu+, ahubwo bivanye n’intumbero yayo be n’ubuntu ata wari abukwiriye bwayo. Ivyo twarabihawe mu bijanye na Kristu Yezu imbere y’ibihe vya kera cane+,

  • 2 Petero 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ku bw’ico ga bene wacu, murushirize gukora uko mushoboye kwose ngo mutume ihamagarwa+ ryanyu be n’itorwa+ ryanyu biba ibidakekeranywa kuri mwebwe; kuko nimwaguma mukora ivyo bintu mutazogenda muguye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika