Zaburi 110:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yehova yararahiye+ (kandi ntazokwicuza+), ati:“Uri umuherezi gushika igihe kitagira urugero+Mu buryo bwa Melekisedeki+!” Abaheburayo 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko rero, bene wacu beranda basangiye uguhamagarirwa ijuru+, muzirikane ya ntumwa+ akaba n’umuherezi mukuru twemera icese+, ari we Yezu. Abaheburayo 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ko rero dufise umuherezi mukuru akomeye yarenganye mu majuru+, Yezu Umwana w’Imana+, tugume tumwatura icese+. Abaheburayo 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 aho integuza yinjiye ku bwacu+, ari we Yezu, uwabaye umuherezi mukuru mu buryo bwa Melekisedeki ibihe vyose+. Abaheburayo 8:1 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ku vyo turiko turaganira rero, iciyumviro nyamukuru ng’iki: Dufise umuherezi mukuru+ mwene uyo, kandi yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami ya Nyenubukuru mw’ijuru+,
4 Yehova yararahiye+ (kandi ntazokwicuza+), ati:“Uri umuherezi gushika igihe kitagira urugero+Mu buryo bwa Melekisedeki+!”
3 Nuko rero, bene wacu beranda basangiye uguhamagarirwa ijuru+, muzirikane ya ntumwa+ akaba n’umuherezi mukuru twemera icese+, ari we Yezu.
14 Ko rero dufise umuherezi mukuru akomeye yarenganye mu majuru+, Yezu Umwana w’Imana+, tugume tumwatura icese+.
20 aho integuza yinjiye ku bwacu+, ari we Yezu, uwabaye umuherezi mukuru mu buryo bwa Melekisedeki ibihe vyose+.
8 Ku vyo turiko turaganira rero, iciyumviro nyamukuru ng’iki: Dufise umuherezi mukuru+ mwene uyo, kandi yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami ya Nyenubukuru mw’ijuru+,