Matayo 26:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Mugabo Yezu aguma acereje+. Nuko umuherezi mukuru amubwira ati: “Ndakurahije Imana nzima+ utubwire ko woba uri Kristu+ Umwana w’Imana!” Mariko 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 maze ijwi riva mw’ijuru riti: “Uri Umwana wanje, umukundwa; naragushimye+.” Abaheburayo 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kw’iherezo ry’iyi misi+ yavuganye natwe biciye ku Mwana wayo+, uwo yagenye kuba samuragwa w’ibintu vyose+, kandi biciye kuri we ikaba ari ho yashizeho+ ibihe*.
63 Mugabo Yezu aguma acereje+. Nuko umuherezi mukuru amubwira ati: “Ndakurahije Imana nzima+ utubwire ko woba uri Kristu+ Umwana w’Imana!”
2 kw’iherezo ry’iyi misi+ yavuganye natwe biciye ku Mwana wayo+, uwo yagenye kuba samuragwa w’ibintu vyose+, kandi biciye kuri we ikaba ari ho yashizeho+ ibihe*.