Zaburi 110:1 Bibiliya y’isi nshasha 110 Ijambo Yehova abwira Umukama wanje ni iri+:“Icara iburyo bwanje+,Gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+.” Abaheburayo 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ni we gukayangana kw’ubuninahazwa+ bwayo n’ishusho nyayo y’akamere nyene kayo+, kandi ashigikiza ibintu vyose ijambo ry’ububasha bwiwe+; kandi amaze kudutyorora ibicumuro vyacu+, yicara iburyo+ bwa Nyenubukuru mu bibanza vyo hejuru+.
110 Ijambo Yehova abwira Umukama wanje ni iri+:“Icara iburyo bwanje+,Gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+.”
3 Ni we gukayangana kw’ubuninahazwa+ bwayo n’ishusho nyayo y’akamere nyene kayo+, kandi ashigikiza ibintu vyose ijambo ry’ububasha bwiwe+; kandi amaze kudutyorora ibicumuro vyacu+, yicara iburyo+ bwa Nyenubukuru mu bibanza vyo hejuru+.