33 Nuko rero, kubera ko yashizwe hejuru iburyo bw’Imana+ kandi akaronka ya mpwemu nyeranda yari yarasezeranywe ayihawe na Se+, asutse iki mubona kandi mwumva.
34 Ni nde azobatsindisha? Kristu Yezu ni we yapfuye, egome, nako ni we yazuwe mu bapfuye, akaba ari iburyo+ bw’Imana, ari na we kandi atakamba ku bwacu+.