Zaburi 33:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova yaritegereje ari mu majuru+,Abona abana b’abantu bose+. Abanyefeso 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 iryo yakoresheje mu bijanye na Kristu hamwe yamuzura mu bapfuye+ ikamwicarika iburyo bwayo+ mu bibanza vyo mw’ijuru+, Abaheburayo 8:1 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ku vyo turiko turaganira rero, iciyumviro nyamukuru ng’iki: Dufise umuherezi mukuru+ mwene uyo, kandi yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami ya Nyenubukuru mw’ijuru+, Yuda 25 Bibiliya y’isi nshasha 25 ya Mana imwe yonyene ikaba n’Umukiza wacu+ biciye kuri Yezu Kristu+ Umukama wacu, ubuninahazwa+, ubukuru, ubushobozi+ hamwe n’ububasha+ bibe ivyayo mu bihe bidahera vyarenganye+, n’ubu no gushika ibihe bidahera+. Amen+.
20 iryo yakoresheje mu bijanye na Kristu hamwe yamuzura mu bapfuye+ ikamwicarika iburyo bwayo+ mu bibanza vyo mw’ijuru+,
8 Ku vyo turiko turaganira rero, iciyumviro nyamukuru ng’iki: Dufise umuherezi mukuru+ mwene uyo, kandi yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami ya Nyenubukuru mw’ijuru+,
25 ya Mana imwe yonyene ikaba n’Umukiza wacu+ biciye kuri Yezu Kristu+ Umukama wacu, ubuninahazwa+, ubukuru, ubushobozi+ hamwe n’ububasha+ bibe ivyayo mu bihe bidahera vyarenganye+, n’ubu no gushika ibihe bidahera+. Amen+.