Yesaya 49:1 Bibiliya y’isi nshasha 49 Nyumvirize, yemwe mazinga+, mutege ugutwi, mwebwe miryango y’amahanga muri kure+! Yehova ubwiwe yampamagaye+ mbere kuva nkiri mu nda+. Kuva nkiri mu mbanyi ya mama yaravuze izina ryanje+. Luka 1:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 aca yiha akamo n’ijwi rirenga ati: “Urahezagiwe mu bagore, kandi harahezagiwe+ n’icamwa co mu nda yawe! Abagalatiya 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo Imana, imwe yantandukanya n’inda ya mama ikongera ikampamagara+ biciye ku buntu ata wari abukwiriye bwayo+, igihe yiyumvira ko ari vyiza
49 Nyumvirize, yemwe mazinga+, mutege ugutwi, mwebwe miryango y’amahanga muri kure+! Yehova ubwiwe yampamagaye+ mbere kuva nkiri mu nda+. Kuva nkiri mu mbanyi ya mama yaravuze izina ryanje+.
42 aca yiha akamo n’ijwi rirenga ati: “Urahezagiwe mu bagore, kandi harahezagiwe+ n’icamwa co mu nda yawe!
15 Mugabo Imana, imwe yantandukanya n’inda ya mama ikongera ikampamagara+ biciye ku buntu ata wari abukwiriye bwayo+, igihe yiyumvira ko ari vyiza