Kuvayo 33:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo avuga ati: “Jewe ubwanje nzocisha ukumera neza kwanje kwose imbere y’amaso yawe+, menyeshe izina rya Yehova imbere yawe+; kandi nzogirira ubutoni uwo nogirira ubutoni, kandi nzogirira imbabazi uwo nogirira imbabazi+.” Zaburi 27:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Iyo ntaba nizeye kubona ukumera neza kwa Yehova mu gihugu c’abazima+...!
19 Mugabo avuga ati: “Jewe ubwanje nzocisha ukumera neza kwanje kwose imbere y’amaso yawe+, menyeshe izina rya Yehova imbere yawe+; kandi nzogirira ubutoni uwo nogirira ubutoni, kandi nzogirira imbabazi uwo nogirira imbabazi+.”