Zaburi 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umviriza ijwi ry’ugutabaza kwanje+,Ewe Mwami wanje+ n’Imana yanje, kuko ari wewe nsenga+. Zaburi 119:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Nagutakambiye* n’umutima wanje wose+.Nungirire ubutoni nk’uko ijambo ryawe riri+.