Yesaya 40:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+. Yesaya 49:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mbega umugore yokwibagira umwana wiwe yonka, ntiyumvire ikigongwe umwana w’inda yiwe+? Mbere abo bagore boshobora kwibagira+, yamara jewe sinzokwibagira+.
11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+.
15 Mbega umugore yokwibagira umwana wiwe yonka, ntiyumvire ikigongwe umwana w’inda yiwe+? Mbere abo bagore boshobora kwibagira+, yamara jewe sinzokwibagira+.