Gusubira mu vyagezwe 32:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+. Zaburi 42:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nzobwira Imana yo rutare rwanje+ nti:“Kubera iki wanyibagiye+?Kubera iki ngenda mbabaye bitewe n’agahahazo k’umwansi+?” Yesaya 26:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimwizigire Yehova+ ibihe vyose, kuko Ya* Yehova ari we Gitandara+ c’ibihe bitagira urugero.
4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+.
9 Nzobwira Imana yo rutare rwanje+ nti:“Kubera iki wanyibagiye+?Kubera iki ngenda mbabaye bitewe n’agahahazo k’umwansi+?”