Zaburi 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ewe Yehova, ni nde azoba umushitsi mw’ihema ryawe+?Ni nde azoba ku musozi wawe mweranda+? Zaburi 140:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ni ukuri, abagororotsi bazokengurukira izina ryawe+;Abagororotse bazokwibera imbere yo mu maso hawe+. Imigani 12:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umunwa w’ukuri+ ni wo uzoshimangirwa ibihe bidahera+, mugabo ururimi rw’ibinyoma ruzomara gusa akanya gato+. Ivyahishuwe 21:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nca numva ijwi rirenga riva kuri ya ntebe y’ubwami, rivuga riti: “Ehe ihema+ ry’Imana riri kumwe n’abantu, kandi izobana+ na bo, na bo bazoba ibisata vyayo+. Kandi Imana ubwayo izobana na bo+.
13 Ni ukuri, abagororotsi bazokengurukira izina ryawe+;Abagororotse bazokwibera imbere yo mu maso hawe+.
19 Umunwa w’ukuri+ ni wo uzoshimangirwa ibihe bidahera+, mugabo ururimi rw’ibinyoma ruzomara gusa akanya gato+.
3 Nca numva ijwi rirenga riva kuri ya ntebe y’ubwami, rivuga riti: “Ehe ihema+ ry’Imana riri kumwe n’abantu, kandi izobana+ na bo, na bo bazoba ibisata vyayo+. Kandi Imana ubwayo izobana na bo+.