Zaburi 34:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uyu murushwa yarahamagaye, Yehova ubwiwe arumva+.Yaramukijije amarushwa yiwe yose+. Zaburi 77:1 Bibiliya y’isi nshasha 77 Nzoririra Imana ubwayo n’ijwi ryanje+,Ndirire Imana n’ijwi ryanje, na yo ntizobura kuntega ugutwi+.
77 Nzoririra Imana ubwayo n’ijwi ryanje+,Ndirire Imana n’ijwi ryanje, na yo ntizobura kuntega ugutwi+.