Zaburi 68:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nayo abagororotsi, nibanezerwe+,Akamwemwe nikabasye imbere y’Imana+,Bigine kubera umunezero+. Abafilipi 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mwame munezerwa mu Mukama+. Ndongeye kubivuga: Nimunezerwe+!