Imigani 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Uwukorana ukuboko kw’ubute azoba ntahonikora+, ariko ukuboko kw’umuntu w’umunyamwete kuzomutungisha+. Imigani 23:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko imborerwa n’umukunzi w’inda bazoja mu bworo+, kandi uguhunyiza kuzokwambika umuntu imishambara+. Imigani 27:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umutima uhāze uhonyangira hasi ubuki bw’ikimamara; mugabo ku wushonje, ikintu cose kirura kirasosa+. 2 Abatesalonika 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nkako kandi, igihe twari kumwe namwe, twahora tubaha iri tegeko+: “Nimba hari uwudashaka gukora, no kurya ntarye+.”
4 Uwukorana ukuboko kw’ubute azoba ntahonikora+, ariko ukuboko kw’umuntu w’umunyamwete kuzomutungisha+.
21 Kuko imborerwa n’umukunzi w’inda bazoja mu bworo+, kandi uguhunyiza kuzokwambika umuntu imishambara+.
7 Umutima uhāze uhonyangira hasi ubuki bw’ikimamara; mugabo ku wushonje, ikintu cose kirura kirasosa+.
10 Nkako kandi, igihe twari kumwe namwe, twahora tubaha iri tegeko+: “Nimba hari uwudashaka gukora, no kurya ntarye+.”