Imigani 12:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nta kibi kizoshikira umugororotsi+, mugabo ababisha ni bo batazobura kwuzuzwa ivyago+. 2 Timoteyo 4:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umukama azondokora mu gikorwa cose c’ububisha+ yongere ankize ku bw’ubwami bwiwe bwo mw’ijuru+. Ubuninahazwa bube ubwiwe ibihe bitazoshira. Amen.
18 Umukama azondokora mu gikorwa cose c’ububisha+ yongere ankize ku bw’ubwami bwiwe bwo mw’ijuru+. Ubuninahazwa bube ubwiwe ibihe bitazoshira. Amen.