Imigani 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 maze ubworo bwawe ntibuzobura kuza nk’umusahuzi+, ubukene bwawe na bwo nk’umuntu yitwaje ikirwanisho+. Imigani 24:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 maze ubworo bwawe ntibuzobura kuza nk’umwambuzi, ubukene bwawe na bwo nk’umuntu yitwaje ikirwanisho+. 2 Abatesalonika 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nkako kandi, igihe twari kumwe namwe, twahora tubaha iri tegeko+: “Nimba hari uwudashaka gukora, no kurya ntarye+.”
11 maze ubworo bwawe ntibuzobura kuza nk’umusahuzi+, ubukene bwawe na bwo nk’umuntu yitwaje ikirwanisho+.
34 maze ubworo bwawe ntibuzobura kuza nk’umwambuzi, ubukene bwawe na bwo nk’umuntu yitwaje ikirwanisho+.
10 Nkako kandi, igihe twari kumwe namwe, twahora tubaha iri tegeko+: “Nimba hari uwudashaka gukora, no kurya ntarye+.”